NEWS - ENGLISH

EAC - ACTUALITE

CPHA International

CPHA Rwanda

CPHA R.D.Congo

CPHA Skandinavia

Coord. Internationale

Centre Ressource

Partenariat

JUMELAGES

ABOUT US

BURUNDI - PRESSEKLIPP

BURUNDI I MEDIA

CONFERENCE - DIASPORA

Agriculture et Elevage

BUFnor, Burundian Union

DEP. FEMMES

DEP. JEUNESSE

Programme MIDA

page1

SABA UBUFASHA

PROJETS

Africa tourism - Hotels

Village Hotel

SACO

SACO-NETBOUTIQUE

Busness and Opportunity

A PROPOS DE LA NORVÈGE

Vennskapsby

Sport et Culture

ABOUT Burundi

Royaume du Burundi

La génealogie royale

Photo Album

Contact us

BURUNDI ACTUALITE

AMAKURU KU BURUNDI

e-mail: cpha@europe.com

U Burundi bugiye kubaka inzu amajana abiri z’abakozi ba leta imbere ya 2011  Inkuru irambuye


English Info
Amakuru ku Burundi :, Arib.info,  Abarundi.bi,  burundi-AGnews.org, http://www.burundibwacu.info/, Africatime.com, burundi-info.com, www.iwacu-burundi.org, Burundi-realité , Umuco.com, http://www.burundibwiza.com/, Burundi Tribune, CENI-Burundi,  Diaspora : www,burundi-diaspora.org, www.burundi-norway.com, Blog de la diaspora,   Radios: Isanganiro, Radio RPA, BBC gahuzamiryango, RTNB, REMA fm               

  ENGLISH VERSION CLIC HERE                                                                                                 Twandikire: burundiactualite@gmail.com 


Affaire Patrice Faye: Madeleine Butoyi contre attaque
 Burundi Actualité - 09-01-2011La rédaction de Burundi Actualité vient d’apprendre qu’une conférence de presse est prévu ce vendredi 02 février à l’Hotel le Rossignol à 10h.00 du matin.
 D’après l’Avocat de Madeleine, la conférence vise à informer l’opinion nationale et internationale les souffrances et les traumatismes qu’a enduré Butoyi Madeleine pendant plus de 24 ans, précise le communiqué de presse.
 Précisons que la Star franco-rwandais du nom de Sonia Rolland alias Parker actuellement à Bujumbura est supconné d’être la vraie fille de Butoyi Madeleine. Si cette information est confirmée, l’affaire Patrice Faye qui préocupe les autorités francaises risque de changer la donne. La Rédaction

Document
Communiqué

Ikibazo ca ba Nyamwema gikwiye guhagurukirwa 01-07-2011, Burundi actualité - Mugihe biboneka ko ingeso yo guhiga Banyamwema kugirango babace ibihimba bimwe bimwe bivugwakobaca babigurisha ikibandanya. Ba Nyamwema bo mu Burundi basaba leta y’Uburundi gukora ibishoboka vyose kugirango umutekano wabo ucungerwe bikwiye, bagasaba kandi ko uwofatwa yagiriye nabi Umunyamwema bomuhana bivuye inyuma. Mukamenya ko hariho Abanyamwema bishwe mumisi yahera abandi baranyuruzwa, abandi nabo bacibwa ibihimba bimwe bimwe vyokumibiri yabo kugirango babigurishe ibivurwa ko bigurwa amahera menshi.


Jean Christophe Matata ntakiriho

Umuririmvyi abenshi basanzwe bamenyereye Matata yaraye yitavye umuremyi mu gihugu ca Afrika y'epfo aho yari yagiye kuvuza umuziki. Abenshi bamwibukira ku ndirimbo yaririmvye nka Amaso akunda, Mukobga ndagowe eka n'izindi nyinshi. Apfuye asize abana babiri, umukobwa n'umuhungu.

Murashobora gusoma bimwe mu vyo yasize atangarije itangaza makuru BBC ngaha.

Imana imwakire mu bwami bwayo


 

Ikibazo c’abatwa kirakwiriye guhagurukirwa. 12-07-2010 - Burundi Actualité,
Biribonekeza ko abari mu bwoko bw’abatwa hirya nohino mu gihugu bafise ingorane z’uburaro ivyo rero bigatuma badashika ku migambi baba biyemeje co kimwe n’abandi barundi. Akarorero ni nk’ abatwa bo mu ntara ya Mwaro batashoboye kuronswa ibitungwa n,umugambi PRASABE kuberako badafise aho bobishira hashemeye. Iyo ikaba ari ingaruka y’uko bakumiriwe kuva kera mu bijanye n’igabanganywa ry’amatongo. Abo Batwa bagasaba abajejwe intwaro eka nabo bose babishoboye ko bobubakira inzu babamwo.Mukamenya ko Abatwa ahanini batunzwe no kubumba inkono hamwe no guca ingero. Ivyo navo bikaba ata soko bigifise. By E.I           

 -------------------------------------------------------------------------------------------------------

Toleranse Zero. Muri wa mugambi Toleranse Zero leta yiyemeza mu kurwanya abarya ibiturire n’abasesagura amatungo ya leta, umushikiranganji Jean Baptiste Gahimbare ajejwe intwaro ibereye amenyeshako bagiye kwishuza amafaranga yanyurujwe na bamwe bamwe hanyuma bayasubize mu kigege ca leta ,abayanyuruje bace barengukishwa imbere y’ubutungane. Arongera akamenyesha kandi ko mundwi yahera bashoboye gusubiza mu kigega ca leta imiliyoni 43 zamarundi.Mukamenya ko abahoze ari abayobozi b’ishirahamwe ritwara abantu n’ibintu OTRACO n’uwatwara ihinguriro ry’isukari SOSUMO batawemuriyompi.      

Diaspora - 11-25-2010, Burundi Actualité - Umushikiranganji w’imigenderanire no gufashanya w'Uburundi n'ayandi makungu aheruka guhura na bamwe bamwe mu Barundi baba mu Budagi Icegeranyo c'ivyo baganiriye mushobora kubisoma kuri iyi nyandiko pdf.


Document
Icegeranyo
Woba ukumbuye kwa Nyokuru?
11-22-2010, Burundi Actualité - Abarundi bo muri Suede baritegurira kugurura ikigo c’akaranga k’uburundi kuri uyu wa gatandatu. Abipfuza kwifatanya n’abandi barundi muri ivyo birori, mwokwisomera ubgo butumire buri mu rurimi rw’igifaransa.

Document
Ubutumire
Umucungwe (Citron) ngo ni icamwa gikora ivyiza gusa. Amakuru mashasha atangwa n’abashakashatsi mu vy’ubuvuzi avuga ko sitro ari icamwa gitangaje mu kuvura indwara kabuhariwe nka kanseri. Bagahimiriza abantu kunywa ibinyobwa biva mu mucungwe. Aboba bipfuza kumenya vyinshi kur’iyo nkuru, bashobora kugurura dokima ya pdf iri mu rurimi rw’igifaransa ngaha ku ruhande.
Document
Citron contre cancer
Hotel Novotel i Bujumbura igiye kwitwa Hilton Hotel.
Haraciye imisi itari mike i Hotel Novotel y'i Bujumbura ifise ingorane zijanye nivy ubutunzi. Amakuru mashasha atumenyesha ko iyo Hoteli yoba iheruka kugurwa na Hilton Hotel ikazoca ihindura izina. Bene kuyigura bavuga ko izokwitwa Hilton Hotel. Mu vyo tumaze imisi tubona n'uko ibikorwa vyo kuyiryohora bisa n'ibigiye gutangura mu misi ya vuba.
Election 2010 - le parti presidentiel remporte les elections à 64,03%.
Ce qui est arrivé était prévisible en effet, l’explication de cet écart est à chercher dans les villages et collines qui ont voté massivement le parti au pouvoir. Ce video filmé par un tourist longtemps avant essaye de donner une réponse.


Intsinzi ya CNDD-FDD
CNDD-FDD umugambwe uri ku butegetsi watsinze amatora ya komine gushika kuri 64,03%.
Abakurikiranira hafi ivya politike, bavuga ko ayo majwi bayakuye mu gihugu hagati. Iyi video yafashwe
n'umuturiste imbere y'amatora iratanga ubusobanuro kuri ico kibazo. Ari naco gituma vyibonekeza ko CNDD-FDD ifise abanywanyi benshi mu bantu batobato. 
Japhet Legentil Ndayishimiye



Icegera c’uwurongoye i Banki y’isi ari kugendera u Burundi  
11-05-2010, Burundi Actualité  - Kuva mwijoro ryo kuruyu wa kane Obiageli EZEKWESILI icegera c'uwurongoye i banki yisi yose muri Africa ari mu BURUNDI.Agishika kukibuga c,indege yamenyesheje ko yizeyeko ubukene buvugwa mu Burundi bugiye gutoregwa inyishu. Kuruyu wa gatanu yabonanye nicegera ca kabiri c,umukuru w,igihugu Gervais RUPFYIKIRI hamwe n,abashikiranganji batandukanye.Muruyo mubonano Obiageli EZEKWESILI yamenyesheje ko Ibanki yisiyose ishimishwa nintambwe igihugu c,Uburundi kigezeko aca amenyesha ko bagiye kubandanya bafasha Uburundi.  E.I.


Inzu amajana abiri z’abakozi ba leta imbere ya 2011

Kompanyi y’i Bugande TAL investment Ltd, niyo yatsindiye kontra yo kubaka amazu amajana abiri y’abakozi ba leta nkuko tubimenyeshwa n’ikinyamakuru Busness Week. Uyo mugambi ugomba kuba waheze imbere yuko umwaka w’2011 urangira. Umukuru w’Igihugu Pierre Nkurunziza aramenyesha abagwizatunga ko umutekano w’igihugu ari co kintu cambere agiye guhagurukira.


L’intellect des universitaires burundais en berne par Nahimana Theogène
BURUNDI ACTUALITE - Contrairement au Prof. Gertrude KAZOVIYO, vice-Président de l’Observatoire de l’Action Gouvernementale, qui pendant le premier mandat du CNDD-FDD s’est montrée particulièrement sévère à l’égard du pouvoir, mais qui, face à l’écrasante ...lire la suite


Suite à l’article "Affaire Sonia Rolland : le coup de bluff de Madeleine Butoyi " (Iwacu, 10/02/2010)

Source BURUNDIBWACU: 03-05-2010, Notre rédaction a obtenu ce texte de la famille de Madeleine Butoyi, une mère de famille qui se bat pour que ses droits de mère soient reconnus et que l’enfant qu’elle a eue de Patrice Faye, Sonia Uwitonze, soit identifiée. Elle soutient, jusqu’à ce qu’on lui prouve le contraire, qu’il s’agit de Sonia Rolland, ex-miss France. Le journal Iwacu a publié un article qui ne rend pas justice à la perspective de Madeleine Butoyi et cette dernière a adressé un droit de réponse à la rédaction de cette publication. N’ayant pas eu gain de cause, elle a soumis ce texte à notre rédaction ainsi qu’aux autres médias burundais. Nous nous permettons de lui donner la parole, en attendant que Iwacu lui ouvre ses colonnes, comme l’y oblige la loi. Lire la suite
Image celèbre de la petite Sonia quand elle etait chez sa maman biologique, Butoyi Madeleine (photo).  Article d'IWACU.ORG


Amakuru atandukanye yatangajwe muri aya mezi atatu aheze
Document
Rapport d'Information sur la situation des Batwa au Burundi

Website powered by Network Solutions®