NEWS - ENGLISH

EAC - ACTUALITE

CPHA International

CPHA Rwanda

CPHA R.D.Congo

CPHA Skandinavia

Coord. Internationale

Centre Ressource

Partenariat

JUMELAGES

ABOUT US

BURUNDI - PRESSEKLIPP

BURUNDI I MEDIA

CONFERENCE - DIASPORA

Agriculture et Elevage

BUFnor, Burundian Union

DEP. FEMMES

DEP. JEUNESSE

Programme MIDA

page1

SABA UBUFASHA

PROJETS

Africa tourism - Hotels

Village Hotel

SACO

SACO-NETBOUTIQUE

Busness and Opportunity

A PROPOS DE LA NORVÈGE

Vennskapsby

Sport et Culture

ABOUT Burundi

Royaume du Burundi

La génealogie royale

Photo Album

Contact us

DUFASHANYE

MILLE ATOUTS POUR INVESTIR AU BURUNDI

Dr. Gervais Rufyikiri yakira Ezekwesili

Icegera c’uwurongoye i Banki y’isi ari kugendera u Burundi  - Kuva mwijoro ryo kuruyu wa kane Obiageli EZEKWESILI ICEGERA C,uwurongoye i banki yisi yose muri Africa ari mu BURUNDI.Agishika kukibuga c,indege yamenyesheje ko yizeyeko ubukene buvugwa mu Burundi bugiye gutoregwa inyishu. Kuruyu wa gatanu yabonanye nicegera ca kabiri c,umukuru w,igihugu Gervais RUPFYIKIRI hamwe n,abashikiranganji batandukanye.Muruyo mubonano Obiageli EZEKWESILI yamenyesheje ko Ibanki yisiyose ishimishwa nintambwe igihugu c,Uburundi kigezeko aca amenyesha ko bagiye kubandanya bafasha Uburundi.Uyo mupfasoni yaciye asaba ko igisata c,uburimyi n,ubworozi co kwitabwaho gusumba kigahabwa uburyo bukwiye eka ngo nigisata c,umuyaga nkuba cokwitabwaho gusumba  kuko ngo atamuyagankuba ntaterambere.
Icegera ca kabiri c,umukuru w,igihugu Gervais RUPFYIKIRI yari muruyo mubonano yamenyesheje ko Bashimishwa nibikorwa bitatari bike birangurwa ni banki yisi yose mu Burundi.
Uyo mushitsi  akazobandanya agendera igihugu c’u Rwanda, Botswana na Lesotho. E.I



Website powered by Network Solutions®